ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Rusama rup. 12
  • Ubwikunzi bwa Amunoni bwarakweze ingorane

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ubwikunzi bwa Amunoni bwarakweze ingorane
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Abusalomu yaragararije kubera ubwibone
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Yehova ni Imana y’ubutungane
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Yehova yakoresheje ubukerebutsi mu kugabura amatongo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Igihe utanga woba wemera kugira ivyo uhevye?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Rusama rup. 12

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ubwikunzi bwa Amunoni bwarakweze ingorane

Amunoni yarakunze cane Tamari (2Sm 13:1, 2; it-1 31)

Amunoni yarafashe ku nguvu Tamari (2Sm 13:10-15; w17.09 5 ing. 11)

Abusalomu yaricishije Amunoni (2Sm 13:28, 29; it-1 32 ing. 1)

Umugabo n’umugore bariko baraganira bahimbawe aho banywera akayi.

Abareshanije bokwirinda gute ingorane? Baragaragaza ukwigumya mu kwirinda ibibanza be n’ibintu vyotuma bagwa mu caha.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika