ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Rusama rup. 14
  • Abusalomu yaragararije kubera ubwibone

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Abusalomu yaragararije kubera ubwibone
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Nturondere kuba agakomeye!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Ubwikunzi bwa Amunoni bwarakweze ingorane
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Igihe utanga woba wemera kugira ivyo uhevye?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Yehova ni Imana y’ubutungane
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Rusama rup. 14
Abusalomu ari imbere y’abasuku biwe n’abandi Bisirayeli, apfukamye ariko aravugana n’umugabo yunamye imbere yiwe.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Abusalomu yaragararije kubera ubwibone

Abusalomu yarirondereye ubuninahazwa (2Sm 15:1; it-2 630)

Abusalomu yarivye imitima y’abantu (2Sm 15:2-6; w12 15/7 13 ing. 5)

Abusalomu yaragerageje kwigarurira ingoma ya se (2Sm 15:10-12; it-1 1101)

Ntidukwiye kureka ngo icipfuzo co guhahamira ubukuru gitsimbatare mu mutima wacu. Ahubwo riho turakwiye kwama dusuzuma imvo zituma dukora ibintu. Aho kurondera gutangaza abandi, dukwiye kurondera ineza yabo tubikuye ku mutima.​—Fp 2:3, 4.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika