ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Mukakaro rup. 7
  • Igihe utanga woba wemera kugira ivyo uhevye?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Igihe utanga woba wemera kugira ivyo uhevye?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Twigira iki ku “Karirimbo k’intimba k’Umuheto”?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Abusalomu yaragararije kubera ubwibone
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Yehova ni Imana y’ubutungane
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Niwiheke kuri Yehova kugira agufashe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Mukakaro rup. 7

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Igihe utanga woba wemera kugira ivyo uhevye?

Dawidi yabwiwe ngo ashinge igicaniro ku mbuga y’ikubitiro ya Arawuna (2Sm 24:18)

Arawuna yarasavye ko yotanga ingabire y’ikibanza n’ibitungwa vy’ikimazi (2Sm 24:21-23)

Dawidi yaranse gutanga ibimazi ata co abiguze (2Sm 24:24, 25; it-1 153)

Udufoto: Uburyo bwo gutanga ikimazi. 1. Abavukanyi na bashiki bacu bariko barafasha kwubaka Ingoro y’Ubwami. 2. Mushiki wacu yitereye mu myaka ariko arashira intererano mu gasandugu. 3. Umugabo n’umugore wiwe bariko baramamaza ku mugaragaro. 4. Abavukanyi na bashiki bacu bariko barafasha gutabara abashikiwe n’ivyago.

Yehova arahimbarwa igihe dutanze tubikunze umwanya wacu, inguvu zacu n’ivyo dutunze kugira duteze imbere ivyungura Ubwami. (w12 15/1 18 ing. 8) Ni imigambi iyihe wokwishingira kugira wongereze “ikimazi c’ishemezo” uha Yehova?​—Heb 13:15.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika