ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Mukakaro rup. 9
  • Gusaba kwitaba Ishure ry’abamamaji b’Ubwami

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Gusaba kwitaba Ishure ry’abamamaji b’Ubwami
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Inyubakwa zituma Umwigisha wacu Ahambaye aninahazwa
    Ingene intererano mutanga zikoreshwa
  • Woba wipfuza kwitaba Ishure ry’abamamaji b’Ubwami?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Niwungukire ku nyigisho Imana itanga
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • “Ukore igikorwa c’umuvuzi w’ubutumwa bgiza”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2004
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Mukakaro rup. 9

UBUZIMA BW’UMUKIRISU | NIWISHINGIRE IMIGAMBI YO MU MWAKA W’UMURIMO UZA

Gusaba kwitaba Ishure ry’abamamaji b’Ubwami

Si ngombwa ngo ube ubayeho ata ngorane ufise kugira wishingire umugambi wo kwitaba Ishure ry’abamamaji b’Ubwami. Ibisabwa nyamukuru ni ukuba ukomeye mu vy’impwemu kandi ukaba wokwemera igikorwa ico ari co cose ishirahamwe rya Yehova ryogushinga.​—Yes 6:8.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO NIWINJIRE MU MURYANGO UJA KU GIKORWA BICIYE KU KWIZERA​—NUSABE KWITABA ISHURE RY’ABAMAMAJI B’UBWAMI, MUCE MWISHURA IKI KIBAZO:

  • Ishusho yakuwe mw’ividewo ivuga ngo “Niwinjire mu muryango uja ku gikorwa biciye ku kwizera​—Nusabe kwitaba Ishure ry’abamamaji b’Ubwami.” Gabriel ariko arazirikana ingene Yehova yamuhezagiye.

    Kubera iki Gabriel yatinya gusaba kwitaba ishure, kandi yungukiye gute ku kuzirikana Abafilipi 4:13?

Nimba ufise umugambi wo kwitaba Ishure ry’abamamaji b’Ubwami, nubiyage n’abakurambere banyu. Barashobora kukubwira ibisabwa kugira uryitabe.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika