ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Nyakanga rup. 14
  • Uburyo butatu bwo kuronka ubukerebutsi no kubwungukirako

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Uburyo butatu bwo kuronka ubukerebutsi no kubwungukirako
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Gukorera Yehova si amananiza
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Woba uvyibuka?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
  • “Hari ikindi Yehova Imana yawe agusaba?”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Niwigane ukuntu Yehova akoresha ubukuru
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Nyakanga rup. 14

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Uburyo butatu bwo kuronka ubukerebutsi no kubwungukirako

Niwihweze ivyaremwe (Yb 12:​7-9; w09 15/4 6 ing. 17)

Nugiranire ubugenzi n’abakirisu b’abizigirwa (Yb 12:12; w21.06 10 ing. 10-12)

Niwige ingingo ngenderwako z’Imana, wongere uzishire mu ngiro mu buzima bwawe (Yb 12:16; it-2 851 ing. 7)

Abagize umuryango bariko bariryohera bari mu busitani bari kumwe n’umugabo n’umugore bitereye mu myaka. Bariko barihweza akanyoni kari ku giti hafi yabo.

NIWIBAZE UTI: “Ni ibiki nigira ku kumarana umwanya n’abakirisu b’abizigirwa?”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika