ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Munyonyo rup. 2
  • «Iyo umuntu apfuye, mbega yosubira kubaho?»

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • «Iyo umuntu apfuye, mbega yosubira kubaho?»
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Urukundo rudahemuka rw’Imana ruradukingira ibinyoma vya Shetani
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Yehova akoresha abagore babiri mu kurokora abasavyi biwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Yaraha agaciro ubukerebutsi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • “Niwizigire Yehova”
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Munyonyo rup. 2

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

«Iyo umuntu apfuye, mbega yosubira kubaho?»

Abantu ntibashobora gutangira urupfu canke kuzura uwapfuye (Yb 14:1, 2, 4, 10; w99 15/10 3 ing. 1-3)

Abapfuye barashobora kwongera kubaho (Yb 14:7-9; w15 15/4 32 ing. 1-2)

Yehova arafise ububasha bwo kuzura abasavyi biwe kandi arashashaye kubikora (Yb 14:14, 15; w11 1/3 22 ing. 5)

Udufoto: 1. Igishitsi c’igiti kiriko kiranaga. 2. Inabibondo agumbiriye agakobwa kiwe kazutse mw’iparadizo.

IVYO KUZIRIKANAKO: Kubera iki Yehova ashashaye kuzura abasavyi biwe b’intahemuka? Ivyo bituma ubona gute Yehova?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika