Kuvayo 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi igitigiri gisabwa c’amatafari bahora bakora, muzoguma mubategeka kugikwiza. Ntimubagabanye na gatoyi, kuko bariko baranebwa+. Ni co gituma bariko bikomesha amaruru, ngo ‘Dushaka kugenda, dushaka gushikanira ikimazi Imana yacu+!’
8 Kandi igitigiri gisabwa c’amatafari bahora bakora, muzoguma mubategeka kugikwiza. Ntimubagabanye na gatoyi, kuko bariko baranebwa+. Ni co gituma bariko bikomesha amaruru, ngo ‘Dushaka kugenda, dushaka gushikanira ikimazi Imana yacu+!’