ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ruheshi rup. 8
  • Urashobora kwamamaza no kwigisha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urashobora kwamamaza no kwigisha
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • “Gushinga intahe dukoresheje telefone tukererwa”
    Igikorwa dukorera Ubwami—2004
  • Gushinga intahe ukoresheje telefone birashobora kuba ngirakamaro
    Igikorwa dukorera Ubwami—2009
  • Ingene wovyifatamwo neza umurimo wawe uhindutse
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
  • Yehova ariko aratumenyereza muri iki gikorwa
    Igikorwa dukorera Ubwami—2011
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ruheshi rup. 8

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Urashobora kwamamaza no kwigisha

Igihe Musa yashingwa na Yehova igikorwa, yabanje kwiyumvira ko atazogishobora. (Kv 4:10, 13) Vyoba nawe bimaze kugushikira? Woba uriko uriga Bibiliya n’Ivyabona vya Yehova? Woba wibaza nimba uzoshobora kwamamaza inzu ku nzu? Canke ushobora kuba uri uwukiri muto atinya kwamamaza kw’ishure. Canke na ho ushobora kuba utinya kwamamaza kuri telefone canke mu muce kanaka wo kwamamaza ku mugaragaro. Nusabe Yehova aguhe impwemu yiwe nyeranda. (1Pt 4:11) Niwizigire yuko Yehova azogufasha kurangura igikorwa cose agushinze.​—Kv 4:11, 12.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO GIRA UMUTIMA RUGABO . . . MWAMAMAJI, MUCE MWISHURA IBI BIBAZO:

  • Ni ingorane iyihe mushiki wacu Aoyama yari afise?

  • Ni hehe yakuye inkomezi n’umutima rugabo?​—Yr 20:7-9

  • Kuba yarihatiye gukora vyinshi mu murimo wa Yehova yavyungukiyeko gute?

  • Ni ingorane izihe Yehova azogufasha gutsinda mu busuku?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika