ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Nzero rup. 4
  • Nugume usaba Yehova ubuyobozi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nugume usaba Yehova ubuyobozi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • “Ni jewe . . . intoranwa yawe”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Yarakoranye umutima rugabo, umwiyemezo n’umwete
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ico abavyeyi bokwigira kuri Manowa n’umugore wiwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Kurenga kw’itegeko ry’Imana birakwega ingorane
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Nzero rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nugume usaba Yehova ubuyobozi

Abisirayeli bagumye basaba Yehova ubuyobozi (Abc 20:17, 18, 23; w11 15/9 32 ing. 2)

Amaherezo, Abisirayeli barihetse kuri Yehova baherejeko kugira abafashe gukura iceyi kwʼizina ryiwe (Abc 20:26-28)

Dutegerezwa kuguma dusaba Yehova ngo atuyobore kandi tukamwihekako duherejeko (Abc 20:35; Lk 11:9; w11 15/9 32 ing. 4)

Udufoto: 1. Umuvukanyi ariko arasuzuma Bibiliya n’ibitabu bishingiye kuri yo. 2. Wa muvukanyi ariko araganira n’umuganga amwereka urupapuro yujuje rwerekana ingene yipfuza kuvurwa.

NIWIBAZE UTI: ‘Igihe ndi mu ngorane, noba nca nihutira kwitura Yehova? Noba nguma ndamusaba ubukerebutsi n’ubuyobozi?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika