ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 2/13 rup. 4
  • Ingene twotanguza ibiyago

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene twotanguza ibiyago
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Ivyo bijanye
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2015
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Isekeza ryo gutangaza Icibutso rizotangura ku wa 17 Ntwarante
    Igikorwa dukorera Ubwami—2012
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2013
km 2/13 rup. 4

Ingene twotanguza ibiyago

Vyerekeye isekeza ryo gutanga ubutumire bw’Icibutso

“Mwaramutse. Tubagendeye kugira duhe umuryango wanyu ubutumire bw’urubanza ruhambaye twama tugira buri mwaka, rukazoba kw’isi yose ku wa 26 Ntwarante. Urwo rubanza ruzoba ari urwo kwibuka urupfu rwa Yezu. Hazoshikirizwa ku buntu insiguro ishingiye kuri Bibiliya izokwerekana ukuntu urupfu rwiwe rudufasha. Ubu butumire burerekana aho urwo rubanza ruzobera be n’isaha ruzoberako aha iwacu.”

Umunara w’Inderetsi 1 Ruhuhuma

“Twipfuza kumenya ico wiyumvira ku vyerekeye umuntu yubahwa cane n’abakirisu, Abayuda n’abisilamu. Uwo muntu ni Musa. Igihe wumvise izina ryiwe ni igiki uca wiyumvira? [Rindira yishure.] Naho Musa yakoze amakosa, ukuntu Bibiliya imudondora birashimishije. [Soma Gusubira mu vyagezwe 34:10-12.] Iki kinyamakuru kiraca irya n’ino zitatu muri kamere yari afise be n’ukuntu twomwigana.”

Be maso! Ruhuhuma

“Muri ino misi biramenyerewe ko abantu bimukira mu bindi bihugu baja kurondera ubuzima burushirije kuba bwiza. Wibaza ko bama baronka ivyo baba barondera? [Rindira yishure.] Ivyo kwimukira mu bindi bihugu si ikintu gishasha. Raba aka karorero kavugwa mu gitabu ca mbere na mbere ca Bibiliya. [Soma Itanguriro 46:5, 6.] Iki kinyamakuru kiraca irya n’ino ibi bibazo.” Numwereke ibibazo biri ku mpera y’urupapuro rwa 6.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika