Itanguriro 25:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yehova amubwira rero ati: “Hari amahanga abiri mu nda yawe+, kandi amahanga abiri avuye imbere muri wewe azotandukana+; ihanga rimwe rizokomera kuruta iryo rindi hanga+, kandi Bukuru azokorera Butoyi+.” Itanguriro 27:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ibisata vy’abantu nibigukorere n’imiryango y’amahanga ikwunamire+. Nucike shebuja wa bene wanyu, abana ba nyoko wawe bakwunamire+. Uwo mu bakuvuma wese avumwe, uwo mu baguhezagira wese na we ahezagirwe+.” Abaroma 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Rebeka yabwiwe ati: “Bukuru azoba umushumba wa Butoyi+.”
23 Yehova amubwira rero ati: “Hari amahanga abiri mu nda yawe+, kandi amahanga abiri avuye imbere muri wewe azotandukana+; ihanga rimwe rizokomera kuruta iryo rindi hanga+, kandi Bukuru azokorera Butoyi+.”
29 Ibisata vy’abantu nibigukorere n’imiryango y’amahanga ikwunamire+. Nucike shebuja wa bene wanyu, abana ba nyoko wawe bakwunamire+. Uwo mu bakuvuma wese avumwe, uwo mu baguhezagira wese na we ahezagirwe+.”