29 Ibisata vy’abantu nibigukorere n’imiryango y’amahanga ikwunamire+. Nucike shebuja wa bene wanyu, abana ba nyoko wawe bakwunamire+. Uwo mu bakuvuma wese avumwe, uwo mu baguhezagira wese na we ahezagirwe+.”
4 Kandi tegeka abantu uti: “Mugira muce hafi y’umupaka wa bene wanyu+, bene Esawu+, baba i Seyiri+. Bazogira ubwoba kubera mwebwe+, namwe mutegerezwa kuba maso cane.