Itanguriro 29:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mu gitondo aravye, asanga ni Leya. Ku bw’ivyo rero abwira Labani ati: “Ibi wangiriye ni ibiki? Mbega sinagukoreye ngo umpe Rasheli? Kubera iki none wampenze+?” Itanguriro 31:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Sinakuzaniye igitungwa na kimwe catabaguwe n’igikoko+. Ni jewe ubwanje nemera kugihomba. Hagize icibwa ku murango canke icibwa mw’ijoro, warakinyishuza+. Gusubira mu vyagezwe 24:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ukwiye kumuha impembo yiwe ku musi wiwe+, kandi izuba ntirikwiye kurenga utarayimuha, kuko ari mu ngorane kandi ku mpembo yiwe akaba ari ho yeza umutima, ntahave aririra Yehova akurega+, maze bikakubera igicumuro+.
25 Mu gitondo aravye, asanga ni Leya. Ku bw’ivyo rero abwira Labani ati: “Ibi wangiriye ni ibiki? Mbega sinagukoreye ngo umpe Rasheli? Kubera iki none wampenze+?”
39 Sinakuzaniye igitungwa na kimwe catabaguwe n’igikoko+. Ni jewe ubwanje nemera kugihomba. Hagize icibwa ku murango canke icibwa mw’ijoro, warakinyishuza+.
15 Ukwiye kumuha impembo yiwe ku musi wiwe+, kandi izuba ntirikwiye kurenga utarayimuha, kuko ari mu ngorane kandi ku mpembo yiwe akaba ari ho yeza umutima, ntahave aririra Yehova akurega+, maze bikakubera igicumuro+.