Kuvayo 22:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Hamwe cotabagurwa koko n’igikoko+, abwirizwa kukizana bwa kimenyamenya+. Icatabaguwe n’igikoko ntazogitangira inshumbusho. 1 Samweli 17:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Dawidi yongera kubwira Sauli ati: “Umusuku wawe yacitse umwungere wa se mu mukuku; intambwe iraza+, be n’idubu, kimwekimwe cose gitwara intama kiyikuye mu busho.
13 Hamwe cotabagurwa koko n’igikoko+, abwirizwa kukizana bwa kimenyamenya+. Icatabaguwe n’igikoko ntazogitangira inshumbusho.
34 Dawidi yongera kubwira Sauli ati: “Umusuku wawe yacitse umwungere wa se mu mukuku; intambwe iraza+, be n’idubu, kimwekimwe cose gitwara intama kiyikuye mu busho.