Itanguriro 38:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko akebereza aho ari iruhande y’inzira maze avuga ati: “Ndakwinginze unyemerere ndyamane nawe+.” Kuko atari azi yuko ari umukazana wiwe+. Ariko Tamari avuga ati: “Umpa iki kugira uryamane nanje+?” Imigani 18:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Uwa mbere mu kuvuga mu rubanza rwiwe aba umugororotsi+; mugenziwe araza, akamuserangura koko+. 1 Abakorinto 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ku bw’ivyo, ntihagire ico mucira urubanza+ igihe kitaragera, gushika Umukama aje+, umwe azozana ku muco ibintu vy’ibanga vy’umwiza+ akongera agashira ahabona inama zo mu mitima+, ni ho umwe wese azoronka ugushimagizwa kwiwe kuva ku Mana+.
16 Nuko akebereza aho ari iruhande y’inzira maze avuga ati: “Ndakwinginze unyemerere ndyamane nawe+.” Kuko atari azi yuko ari umukazana wiwe+. Ariko Tamari avuga ati: “Umpa iki kugira uryamane nanje+?”
5 Ku bw’ivyo, ntihagire ico mucira urubanza+ igihe kitaragera, gushika Umukama aje+, umwe azozana ku muco ibintu vy’ibanga vy’umwiza+ akongera agashira ahabona inama zo mu mitima+, ni ho umwe wese azoronka ugushimagizwa kwiwe kuva ku Mana+.