Itanguriro 41:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko zino zinjira mu nda zazo, yamara nta womenye ko zari zinjiye mu nda zazo, kuko zasa nabi nka mbere+. Nca ndikangura. 1 Abami 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Salomo yikanguye+, erega asanga yari indoto. Maze aza i Yeruzalemu, ahagarara imbere y’isandugu+ y’isezerano ya Yehova hanyuma ashikana ibimazi biturirwa yongera ahereza amashikanwa y’ugusangira+, araheza atereka inzimano+ abasuku biwe bose+.
21 Nuko zino zinjira mu nda zazo, yamara nta womenye ko zari zinjiye mu nda zazo, kuko zasa nabi nka mbere+. Nca ndikangura.
15 Salomo yikanguye+, erega asanga yari indoto. Maze aza i Yeruzalemu, ahagarara imbere y’isandugu+ y’isezerano ya Yehova hanyuma ashikana ibimazi biturirwa yongera ahereza amashikanwa y’ugusangira+, araheza atereka inzimano+ abasuku biwe bose+.