ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 41:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mu gitondo ahagarika umutima+. Atumako rero abaherezi b’abanyamageza bo mu Misiri+ bose, n’abantu b’inkerebutsi+ baho bose, maze Farawo abiganira indoto ziwe+. Mugabo habura uwo kuzisobanurira Farawo.

  • Kuvayo 7:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ariko Farawo na we ahamagara inkerebutsi n’abapfumu+; abaherezi b’abanyamageza bo mu Misiri na bo nyene bagira nk’ivyo nyene, bakoresheje amageza yabo+.

  • Daniyeli 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nuko umwami avuga ko bahamagara abaherezi b’abanyamageza+, n’abahamagara imizimu, n’abapfumu be n’Abakaludaya, ngo babwire umwami indoto ziwe+. Baraheza baraza, bahagarara imbere y’umwami.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika