Imigani 18:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Hari uwaronse umugore mwiza+? Yaronse ikintu ciza+, kandi aronka ubutoni bwa Yehova+. Imigani 19:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Intoranwa iva kuri ba se b’abantu ni inzu be n’ubutunzi+, mugabo umugore w’ubwenge ava kuri Yehova+. Mariko 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ku bw’ivyo rero, ico Imana yaboheye ku ngǒgo* imwe umuntu ntakagitanye+.” 1 Timoteyo 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko Adamu ari we yabanje kuremwa, hanyuma Eva+.
14 Intoranwa iva kuri ba se b’abantu ni inzu be n’ubutunzi+, mugabo umugore w’ubwenge ava kuri Yehova+.