Itanguriro 24:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 avuga ati: “Hahezagirwe Yehova+ Imana ya databuja Aburahamu, we ataretse kugirira databuja ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe n’ubwizigirwa bwiwe. Igihe nari ku nzira, Yehova yanyoboye ku nzu ya bene wabo na databuja+.” Luka 1:68 Bibiliya y’isi nshasha 68 “Hahezagirwe Yehova Imana ya Isirayeli+, kuko yitayeho abantu biwe+ akabatunganiriza ukurokoka+.
27 avuga ati: “Hahezagirwe Yehova+ Imana ya databuja Aburahamu, we ataretse kugirira databuja ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe n’ubwizigirwa bwiwe. Igihe nari ku nzira, Yehova yanyoboye ku nzu ya bene wabo na databuja+.”