Kuvayo 37:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Inyuma y’ivyo akora ibikoresho vyo ku meza, amasahani yayo n’ibikombe vyayo n’ibibakure vyayo n’amakarabo yayo yokoreshejwe mu gusuka ibinyobwa vy’ishikanwa, abikora mu nzahabu itavanze+. Guharura 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Bazosanza impuzu y’ubururu ku meza+ y’imikate yerekanwa*, kandi baze bayishireko amasahani+, n’ibikombe, n’amabakure+, n’amakarabo y’ishikanwa ry’ikinyobwa; kandi umukate w’ubudasiba+ uze ugume kuri yo. 1 Abami 7:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 n’amabesani, n’ibizimisho+, n’amabakure+, n’ibikombe+, n’ibijamwo umuriro+, mu nzahabu itavanze, n’utunogo ku bw’imiryango+ y’inzu y’indani, ni ukuvuga, Aheranda Rwose, no ku bw’imiryango+ y’inzu y’urusengero+, mu nzahabu.
16 Inyuma y’ivyo akora ibikoresho vyo ku meza, amasahani yayo n’ibikombe vyayo n’ibibakure vyayo n’amakarabo yayo yokoreshejwe mu gusuka ibinyobwa vy’ishikanwa, abikora mu nzahabu itavanze+.
7 “Bazosanza impuzu y’ubururu ku meza+ y’imikate yerekanwa*, kandi baze bayishireko amasahani+, n’ibikombe, n’amabakure+, n’amakarabo y’ishikanwa ry’ikinyobwa; kandi umukate w’ubudasiba+ uze ugume kuri yo.
50 n’amabesani, n’ibizimisho+, n’amabakure+, n’ibikombe+, n’ibijamwo umuriro+, mu nzahabu itavanze, n’utunogo ku bw’imiryango+ y’inzu y’indani, ni ukuvuga, Aheranda Rwose, no ku bw’imiryango+ y’inzu y’urusengero+, mu nzahabu.