Kuvayo 29:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Kandi uze utore kuri ya mpfizi y’intama ikinure be na kirya gitsembe kinuze+, na kirya kinure gipfutse amara, na ka gahimba ko ku gitigu, n’arya mafyigo abiri n’ikinure kiri kuri yo, n’ukuguru kw’ukuryo+, kuko ari impfizi y’intama y’iyatira+. Abalewi 7:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Iryo ni ryo tegeko ku vyerekeye ishikanwa riturirwa+, ishikanwa ry’intete+ n’ishikanwa ry’igicumuro+ n’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+ n’ikimazi c’iyatira+ n’ikimazi c’ugusangira+,
22 “Kandi uze utore kuri ya mpfizi y’intama ikinure be na kirya gitsembe kinuze+, na kirya kinure gipfutse amara, na ka gahimba ko ku gitigu, n’arya mafyigo abiri n’ikinure kiri kuri yo, n’ukuguru kw’ukuryo+, kuko ari impfizi y’intama y’iyatira+.
37 Iryo ni ryo tegeko ku vyerekeye ishikanwa riturirwa+, ishikanwa ry’intete+ n’ishikanwa ry’igicumuro+ n’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+ n’ikimazi c’iyatira+ n’ikimazi c’ugusangira+,