Kuvayo 40:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uze ushire ca gicaniro c’inzahabu c’imibavu+ imbere ya ya sandugu y’igishingantahe hanyuma ushire mu kibanza ca gikingirizo c’ubwinjiriro bw’iyo taberenakulo+. Zaburi 141:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Isengesho ryanje niribe iriteguwe nk’imibavu*+ imbere yawe+,Ukuduza ibiganza kwanje na kwo kube nk’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+.
5 Uze ushire ca gicaniro c’inzahabu c’imibavu+ imbere ya ya sandugu y’igishingantahe hanyuma ushire mu kibanza ca gikingirizo c’ubwinjiriro bw’iyo taberenakulo+.
2 Isengesho ryanje niribe iriteguwe nk’imibavu*+ imbere yawe+,Ukuduza ibiganza kwanje na kwo kube nk’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+.