ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 30:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 “Kandi uze ukore igicaniro kibe ahantu ho guturirira imibavu+. Uze ugikore mu giti c’umunyinya.

  • Zaburi 141:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Isengesho ryanje niribe iriteguwe nk’imibavu*+ imbere yawe+,

      Ukuduza ibiganza kwanje na kwo kube nk’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+.

  • Luka 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 kandi abantu indiri bose bo muri ico gisata bariko barasengera hanze kw’isaha yo gushikana imibavu+.

  • Ivyahishuwe 5:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Maze atoye nya muzingo, vya binyabuzima bine na ba bakurambere mirongo ibiri na bane+ bikubita hasi imbere ya wa Mwagazi w’intama, umwe wese muri bo afise inanga+ n’amabakure y’inzahabu yuzuye imibavu*+, nya mibavu ikaba igereranya amasengesho+ y’aberanda.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika