Kuvayo 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Hanyuma muri iyo misi myinshi, umwami wa Misiri arateba arapfa+, mugabo bene Isirayeli babandanya kuniha kubera ubushumba no kurira bidoga+, kandi ugutabaza kwabo kwaguma kuduga ku Mana y’ukuri kubera nya bushumba+. Imigani 14:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Uwugunga umuntu mutoyi aba asize iceyi Uwamuhinguye+, mugabo uwumuninahaza ni uwugirira ubutoni umworo+. Ivyakozwe 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Vyongeye, kuri ivyo Imana yavuze yuko uruvyaro rwiwe rwobaye kavamahanga+ mu gihugu kinyamahanga+ kandi abantu baho bakabagira abaja bakongera bakabateza amarushwa imyaka amajana ane+.
23 Hanyuma muri iyo misi myinshi, umwami wa Misiri arateba arapfa+, mugabo bene Isirayeli babandanya kuniha kubera ubushumba no kurira bidoga+, kandi ugutabaza kwabo kwaguma kuduga ku Mana y’ukuri kubera nya bushumba+.
31 Uwugunga umuntu mutoyi aba asize iceyi Uwamuhinguye+, mugabo uwumuninahaza ni uwugirira ubutoni umworo+.
6 Vyongeye, kuri ivyo Imana yavuze yuko uruvyaro rwiwe rwobaye kavamahanga+ mu gihugu kinyamahanga+ kandi abantu baho bakabagira abaja bakongera bakabateza amarushwa imyaka amajana ane+.