Kuvayo 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko ivuga iti: “Kuko nzoba ndi kumwe nawe+, kandi iki ni co kizokubera ikimenyetso c’uko ari jewe nagutumye+: Niwamara gukura abo bantu mu Misiri, muzokorera Imana y’ukuri kuri uyu musozi+.” Kuvayo 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu nyuma Musa na Aroni barinjira, babwira Farawo+ bati: “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli yavuze: ‘Rekura abantu banje, baje kumpimbariza umusi mukuru mu gahinga+.’”
12 Nuko ivuga iti: “Kuko nzoba ndi kumwe nawe+, kandi iki ni co kizokubera ikimenyetso c’uko ari jewe nagutumye+: Niwamara gukura abo bantu mu Misiri, muzokorera Imana y’ukuri kuri uyu musozi+.”
5 Mu nyuma Musa na Aroni barinjira, babwira Farawo+ bati: “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli yavuze: ‘Rekura abantu banje, baje kumpimbariza umusi mukuru mu gahinga+.’”