ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 7:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kandi Farawo ntazobumviriza+; nanje nzobwirizwa gushira ukuboko kwanje kuri Misiri, nkure mu gihugu ca Misiri ingabo zanje+, abantu banje+, ari bo bene Isirayeli+, nkoresheje imanza zikomeye+.

  • Kuvayo 9:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ariko mu vy’ukuri, iki ni co catumye ndakureka ukabaho+: ni ukugira nkwereke ububasha bwanje no kugira ngo izina ryanje ryamamare mw’isi yose+.

  • 1 Samweli 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Turagowe! Ni nde azodukiza akadukura mu kuboko kw’iyo Mana y’agakomeye? Iyo ni ya Mana yakubita Misiri igasasika inganda bimwe bikomeye mu gahinga+.

  • Zaburi 78:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Mu maso ya ba sekuruza babo, yari yakoze ibitangaje+

      Mu gihugu ca Misiri+, ka karere ka Zowani+.

  • Zaburi 135:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Yarungitse ibimenyetso n’ibitangaro hagati yawe, ewe Misiri+,

      Kuri Farawo no ku basavyi biwe bose+;

  • Abaroma 9:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kuko Icanditswe kibwira Farawo giti: “Iki nyene ni co catumye nkureka: ni ukugira ngo nerekanire kuri wewe ububasha bwanje, no kugira ngo izina ryanje ryamamare mw’isi yose+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika