Kuvayo 15:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Hamwe amafarasi ya Farawo+ n’imikogote yiwe y’intambara n’abarwanira ku mafarasi biwe vyinjira mu kiyaga+,Ni ho Yehova yagarukana amazi y’ikiyaga kuri bo+,Mu gihe bene Isirayeli bo bagendagendera kw’isi yumutse baciye hagati mu kiyaga+.”
19 Hamwe amafarasi ya Farawo+ n’imikogote yiwe y’intambara n’abarwanira ku mafarasi biwe vyinjira mu kiyaga+,Ni ho Yehova yagarukana amazi y’ikiyaga kuri bo+,Mu gihe bene Isirayeli bo bagendagendera kw’isi yumutse baciye hagati mu kiyaga+.”