Kuvayo 14:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Hanyuma Abanyamisiri bajako barabakurikira, n’amafarasi yose ya Farawo, imikogote yiwe y’intambara n’abarwanira ku mafarasi biwe batangura kwinjira babakurikira+, bashika hagati mu kiyaga. Imigani 21:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ifarasi ni ikintu categuriwe umusi w’urugamba+, mugabo ubukiriro ni ubwa Yehova+.
23 Hanyuma Abanyamisiri bajako barabakurikira, n’amafarasi yose ya Farawo, imikogote yiwe y’intambara n’abarwanira ku mafarasi biwe batangura kwinjira babakurikira+, bashika hagati mu kiyaga.