-
2 Ngoma 19:10Bibiliya y’isi nshasha
-
-
10 Ku vyerekeye urubanza rwose bene wanyu baba mu bisagara vyabo bazobatura, rwaba urujanye n’ugusesa amaraso+, urujanye n’itegeko+ n’ibwirizwa+ n’ingingo nyobozi+ n’ingingo z’ubutungane+, muze mubagabishe kugira ntibacumure kuri Yehova bikaba ngombwa ko mwe na bene wanyu murakarirwa+. Ukwo ni ko muzokora kugira ntimwikwegere ukwagirwa n’icaha.
-