ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 21:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Niwagura umushumba w’Umuheburayo+, azoba umushumba imyaka itandatu, mugabo mu wugira indwi azosohoka ari uwidegemvya, ata kirishwe+.

  • Gusubira mu vyagezwe 15:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Mwene wanyu, Umuheburayo canke Umuheburayokazi, niyagurishwa kuri wewe+, kandi akaba amaze kugukorera imyaka itandatu, mu mwaka ugira indwi rero ukwiye kumurungika akava iwawe ari uwidegemvya+.

  • 2 Abami 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nuko umugore umwe wo mu bagore b’abahungu+ b’abahanuzi asemerera yerekeza kuri Elisha, ati: “Umusuku wawe, umugabo wanje, yarapfuye; kandi wewe ubwawe urazi neza yuko umusuku wawe yama atinya+ Yehova; uwufitiwe ideni+ yaje gutwara abana banje bompi ngo abagire abashumba biwe.”

  • Nehemiya 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Yamara umubiri wacu ni cokimwe n’umubiri wa bene wacu+; abahungu bacu ni cokimwe n’abahungu babo, mugabo ehe abahungu bacu n’abakobwa bacu turiko tubagira abashumba+, kandi hari bamwe mu bakobwa bacu bamaze kugirwa abashumbakazi; nta co dushoboye gukora kuko amatongo yacu n’imirima yacu y’imizabibu vyegukira abandi.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika