Abalewi 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hanyuma Musa arayikerera+, atora amaraso+ ayashira n’urutoke rwiwe ku mahembe y’igicaniro hirya no hino araheza atyorora nya gicaniro ngo kiveko igicumuro, mugabo ayasigaye ayasuka ku ntaba y’igicaniro, kugira aceze ku bwo kugihongerako+. Abalewi 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze abahungu ba Aroni bamushikiriza amaraso+, na we ajobeka urutoke rwiwe muri nya maraso+ araheza ayashira ku mahembe y’igicaniro+, ayasigaye ayasuka ku ntaba y’igicaniro. Abaheburayo 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Egome, hafi ibintu vyose birahumanuzwa amaraso+ nk’uko Itegeko riri, kandi hadasheshwe amaraso+ nta kubabarirwa kuhaba+.
15 Hanyuma Musa arayikerera+, atora amaraso+ ayashira n’urutoke rwiwe ku mahembe y’igicaniro hirya no hino araheza atyorora nya gicaniro ngo kiveko igicumuro, mugabo ayasigaye ayasuka ku ntaba y’igicaniro, kugira aceze ku bwo kugihongerako+.
9 Maze abahungu ba Aroni bamushikiriza amaraso+, na we ajobeka urutoke rwiwe muri nya maraso+ araheza ayashira ku mahembe y’igicaniro+, ayasigaye ayasuka ku ntaba y’igicaniro.
22 Egome, hafi ibintu vyose birahumanuzwa amaraso+ nk’uko Itegeko riri, kandi hadasheshwe amaraso+ nta kubabarirwa kuhaba+.