Abalewi 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 “‘Kandi iri ni ryo tegeko rigenga ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+: Ni ikintu ceranda rwose+. Abalewi 14:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Umuherezi aze atore impfizi y’intama ikiri nto imwe, ayishikane ku bw’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+ iri kumwe na ya ngero ya logi+ y’amavuta, abizungagize irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa+ imbere ya Yehova. Abalewi 19:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nya mugabo aze azanire Yehova ishikanwa ryiwe ry’ukwagirwa n’icaha ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro: impfizi y’intama y’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+. Guharura 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Aze abeho ari Umunaziri+ kuri Yehova mu misi y’Ubunaziri bwiwe, kandi aze azane impfizi y’intama ikiri nto iri mu mwaka wayo wa mbere bwa shikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+; imisi ya kera ntizoharurwa kuko yahumanije Ubunaziri bwiwe.
12 Umuherezi aze atore impfizi y’intama ikiri nto imwe, ayishikane ku bw’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+ iri kumwe na ya ngero ya logi+ y’amavuta, abizungagize irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa+ imbere ya Yehova.
21 Nya mugabo aze azanire Yehova ishikanwa ryiwe ry’ukwagirwa n’icaha ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro: impfizi y’intama y’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+.
12 Aze abeho ari Umunaziri+ kuri Yehova mu misi y’Ubunaziri bwiwe, kandi aze azane impfizi y’intama ikiri nto iri mu mwaka wayo wa mbere bwa shikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+; imisi ya kera ntizoharurwa kuko yahumanije Ubunaziri bwiwe.