-
Guharura 22:25Bibiliya y’isi nshasha
-
-
25 Kandi nya ndogobwa yaguma ibona umumarayika wa Yehova; nuko yifyondera ku ruhome, gutyo ifyondera ikirenge ca Balamu kuri nya ruhome, na we yongera kuyikubita.
-