Abalewi 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “‘Nimba umuherezi, uwarobanujwe amavuta*+, acumuye+ ku buryo bituma abantu bagirwa n’icaha, aze ashikirize Yehova ikimasa kitagira agahonzi bwa shikanwa ry’igicumuro, ku bw’igicumuro yakoze+. Abaroma 8:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko, bitumwe n’uko Itegeko+ ata bubasha ryari rifise igihe ryari goyigoyi+ bivuye ku mubiri, Imana yatsindishije igicumuro mu mubiri, mu kurungika Umwana+ wayo bwite mu mubiri usa n’uwucumura+ no ku vyerekeye igicumuro+, 2 Abakorinto 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Umwe atari azi igicumuro+ yamugize igicumuro+ ku bwacu, kugira ngo ducike ubugororotsi bw’Imana+ biciye kuri we.
3 “‘Nimba umuherezi, uwarobanujwe amavuta*+, acumuye+ ku buryo bituma abantu bagirwa n’icaha, aze ashikirize Yehova ikimasa kitagira agahonzi bwa shikanwa ry’igicumuro, ku bw’igicumuro yakoze+.
3 Kuko, bitumwe n’uko Itegeko+ ata bubasha ryari rifise igihe ryari goyigoyi+ bivuye ku mubiri, Imana yatsindishije igicumuro mu mubiri, mu kurungika Umwana+ wayo bwite mu mubiri usa n’uwucumura+ no ku vyerekeye igicumuro+,
21 Umwe atari azi igicumuro+ yamugize igicumuro+ ku bwacu, kugira ngo ducike ubugororotsi bw’Imana+ biciye kuri we.