ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 106:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Nuko aduza ukuboko kwiwe ararahira ku biberekeye+,

      Yuko yobatsinze mu gahinga+,

  • 1 Abakorinto 10:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Yamara rero, benshi muri bo Imana ntiyabashimye+, kuko bahonerejwe+ mu gahinga.

  • Abaheburayo 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Vyongeye, ni bande Imana yasesemwe na bo mu myaka mirongo ine+? Mbega si bamwe bacumura, imivyimba yabo ikagwa mu gahinga+?

  • Yuda 5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nshaka kubibutsa, naho vyose+ mubizi rimwe rizima, yuko Yehova, naho yakijije igisata c’abantu agikuye mu gihugu ca Misiri+, mu nyuma yatikije abaterekana ukwizera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika