Kuvayo 33:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Vyongeye Musa akimara kwinjira mw’ihema, ya nkingi y’igicu+ yaramanuka igahagarara ku bwinjiriro bw’ihema maze akavugana+ na Musa. Kuvayo 40:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Kuko igicu ca Yehova caba kiri hejuru y’itaberenakulo ku murango, umuriro na wo ukaguma kuri yo mw’ijoro mu maso y’inzu yose ya Isirayeli mu ntambwe zose bagize z’urugendo+. Zaburi 99:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yaguma avugana na bo mu nkingi y’igicu+.Baragumya ivyibutsa vyiwe n’ingingo nyobozi yabahaye+.
9 Vyongeye Musa akimara kwinjira mw’ihema, ya nkingi y’igicu+ yaramanuka igahagarara ku bwinjiriro bw’ihema maze akavugana+ na Musa.
38 Kuko igicu ca Yehova caba kiri hejuru y’itaberenakulo ku murango, umuriro na wo ukaguma kuri yo mw’ijoro mu maso y’inzu yose ya Isirayeli mu ntambwe zose bagize z’urugendo+.