Yosuwa 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 na Zela+, Ha-elefu na Yebusi, ari yo Yeruzalemu+, na Gibeya+ na Kiriyati; ibisagara cumi na bine n’imihana irundanye ibikukira. Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo+. Abacamanza 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi bene Benyamini ntibirukanye Abayebusi baba i Yeruzalemu+; mugabo Abayebusi baracabana na bene Benyamini i Yeruzalemu gushika n’uyu musi+. 2 Samweli 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko Dawidi aba muri ico gihome gikomeye, hanyuma citwa Igisagara ca Dawidi; maze Dawidi yubaka irya n’ino yaco, ahera ku Kidunduri+ yerekeza imbere. Zaburi 125:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nk’uko imisozi iri irya n’ino ya Yeruzalemu+,Ni ko Yehova ari irya n’ino y’abantu biwe+Kuva ubu no gushika igihe kitagira urugero+.
28 na Zela+, Ha-elefu na Yebusi, ari yo Yeruzalemu+, na Gibeya+ na Kiriyati; ibisagara cumi na bine n’imihana irundanye ibikukira. Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo+.
21 Kandi bene Benyamini ntibirukanye Abayebusi baba i Yeruzalemu+; mugabo Abayebusi baracabana na bene Benyamini i Yeruzalemu gushika n’uyu musi+.
9 Nuko Dawidi aba muri ico gihome gikomeye, hanyuma citwa Igisagara ca Dawidi; maze Dawidi yubaka irya n’ino yaco, ahera ku Kidunduri+ yerekeza imbere.
2 Nk’uko imisozi iri irya n’ino ya Yeruzalemu+,Ni ko Yehova ari irya n’ino y’abantu biwe+Kuva ubu no gushika igihe kitagira urugero+.