ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 10:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Hatangura rero kugenda umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya bene Yuda hisunzwe ingabo zabo+, Nahashoni+ mwene Aminadabu akaba ari we yagaba ingabo zabo.

  • Guharura 10:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Hanyuma umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya Rubeni+ uragenda hisunzwe ingabo zabo, Elizuri+ mwene Shedewuri akaba ari we yagaba ingabo zabo.

  • Guharura 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Hanyuma umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya bene Efurayimu+ uragenda hisunzwe ingabo zabo, Elishama+ mwene Amihudi akaba ari we yagaba ingabo zabo.

  • Yosuwa 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Abagore banyu n’abana banyu batoyi n’ibitungwa vyanyu bizoba mu gihugu Musa yabahaye hakuno ya Yorodani+; mugabo mwebwe muzojabuka nk’abatonze urugamba+ imbere ya bene wanyu, abagabo b’intwari kandi b’abanyenkomezi bose+, kandi muze mubafashe.

  • Yosuwa 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Abagabo nk’ibihumbi mirongo ine bafise ibikenewe ku bw’ingabo barajabuka imbere ya Yehova ku bw’intambara, baja mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Yeriko.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika