Kuvayo 24:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko Musa yandika amajambo ya Yehova yose+. Maze avyuka kare mu gitondo, yubaka ku ntango y’umusozi igicaniro be n’inkingi cumi na zibiri zihuye na ya miryango cumi n’ibiri ya Isirayeli+. Kuvayo 34:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yehova yongera kubwira Musa ati: “Niwiyandikire aya majambo+, kuko ngiranye koko isezerano nawe be na Isirayeli hisunzwe aya majambo+.”
4 Nuko Musa yandika amajambo ya Yehova yose+. Maze avyuka kare mu gitondo, yubaka ku ntango y’umusozi igicaniro be n’inkingi cumi na zibiri zihuye na ya miryango cumi n’ibiri ya Isirayeli+.
27 Yehova yongera kubwira Musa ati: “Niwiyandikire aya majambo+, kuko ngiranye koko isezerano nawe be na Isirayeli hisunzwe aya majambo+.”