Yosuwa 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Gutyo Yosuwa afata igihugu cose, nk’uko ivyo Yehova yari yarasezeraniye Musa vyose vyari+, maze Yosuwa agiha Isirayeli bwa ntoranwa akurikije imituri yabo, yisunze imiryango yabo+. Nuko igihugu nticahungabanywa n’intambara+.
23 Gutyo Yosuwa afata igihugu cose, nk’uko ivyo Yehova yari yarasezeraniye Musa vyose vyari+, maze Yosuwa agiha Isirayeli bwa ntoranwa akurikije imituri yabo, yisunze imiryango yabo+. Nuko igihugu nticahungabanywa n’intambara+.