ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 18:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nanje reka nzane ikimanyu c’umukate muhembure imitima yanyu+ hanyuma mwibandanirize, kuko ico ari co catumye muca muri iyi nzira igana ku musavyi wanyu.” Na bo bavuga bati: “Ni vyiza. Urashobora kugira nk’uko uvuze.”

  • Abacamanza 19:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nuko ku musi ugira kane, bavyutse kare mu gitondo nk’uko bisanzwe, arahaguruka rero ngo agende, mugabo se wa nya mugore akiri muto abwira umukwe wiwe ati: “Fatisha umutima wawe igipande c’umukate+ hanyuma mubone kugenda.”

  • Rusi 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ico gihe Bowazi yariko ararya yongera anywa, kandi umutima wiwe wari uryohewe+. Maze aja kuryama ku mpera y’ikirundo c’intete. Hanyuma Rusi aza yomboka, amupfukura ku birenge araheza araryama.

  • Zaburi 104:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 N’umuvinyu unezereza umutima w’umuntu buntu+,

      Ngo akayanganishe mu maso amavuta+,

      N’umukate utunga umutima w’umuntu apfa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika