Yosuwa 18:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ibisagara vy’umuryango wa bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo vyari Yeriko+ na Beti-hogula na Emeki-kezizi, Yosuwa 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 na Zela+, Ha-elefu na Yebusi, ari yo Yeruzalemu+, na Gibeya+ na Kiriyati; ibisagara cumi na bine n’imihana irundanye ibikukira. Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo+.
21 Ibisagara vy’umuryango wa bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo vyari Yeriko+ na Beti-hogula na Emeki-kezizi,
28 na Zela+, Ha-elefu na Yebusi, ari yo Yeruzalemu+, na Gibeya+ na Kiriyati; ibisagara cumi na bine n’imihana irundanye ibikukira. Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo+.