Abacamanza 19:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Uwabibona wese yavuga ati: “Ibintu nk’ibi ntivyari bwigere biba canke biboneka kuva umusi bene Isirayeli baduga bavuye mu gihugu ca Misiri gushika uyu musi. Nimubishireko umutima, muje inama+, mugire ico muvuze.” Imigani 11:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Iyo ata buyobozi bw’ubuhanga buhari, abantu baragwa+; mugabo hari ubukiriro mu bajanama indiri+. Imigani 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kubera ukwita imbere, umuntu atera intambara gusa+, mugabo mu baja inama hari ubukerebutsi+. Imigani 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Biciye ku mpanuro, imigambi irashimangirwa+, biciye ku buyobozi bw’ubuhanga na ho urwane intambara yawe+. Imigani 24:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko uzorwana intambara yawe biciye ku buyobozi bw’ubuhanga+, kandi mu bajanama indiri hari ubukiriro+.
30 Uwabibona wese yavuga ati: “Ibintu nk’ibi ntivyari bwigere biba canke biboneka kuva umusi bene Isirayeli baduga bavuye mu gihugu ca Misiri gushika uyu musi. Nimubishireko umutima, muje inama+, mugire ico muvuze.”
18 Biciye ku mpanuro, imigambi irashimangirwa+, biciye ku buyobozi bw’ubuhanga na ho urwane intambara yawe+.
6 Kuko uzorwana intambara yawe biciye ku buyobozi bw’ubuhanga+, kandi mu bajanama indiri hari ubukiriro+.