Abacamanza 8:1 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze abagabo ba Efurayimu bamubwira bati: “Ivyo wadukoreye ni ibiki, ko utaduhamagaye igihe waja kurwanya Midiyani+?” Barondera kumutonganya bimwe bikaze+. Abacamanza 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze abagabo ba Efurayimu barakoranywa, bajabuka berekeza mu buraruko, hanyuma babwira Yefuta bati: “Kubera iki wajabutse kurwanya bene Amoni ntudutere akamo ngo tujane nawe+? Inzu yawe turayiguturirirako n’umuriro+.” Imigani 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ukwita imbere kwaje? Agateterwe kazoza rero+; mugabo ubukerebutsi buri kumwe n’abifata ruto+. Imigani 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Umwirasi nyawitimbere, uwishima: ni ryo zina ry’uwukorana ukwita imbere kw’ubusazi+.
8 Maze abagabo ba Efurayimu bamubwira bati: “Ivyo wadukoreye ni ibiki, ko utaduhamagaye igihe waja kurwanya Midiyani+?” Barondera kumutonganya bimwe bikaze+.
12 Maze abagabo ba Efurayimu barakoranywa, bajabuka berekeza mu buraruko, hanyuma babwira Yefuta bati: “Kubera iki wajabutse kurwanya bene Amoni ntudutere akamo ngo tujane nawe+? Inzu yawe turayiguturirirako n’umuriro+.”