1 Samweli 30:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze Dawidi n’abantu bari kumwe na we bashira ijwi hejuru bararira+, gushika aho ata nkomezi zo kwongera kurira zisigara muri bo. Umusiguzi 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 igihe co kurira+ n’igihe co gutwenga+; igihe co kuboroga+ n’igihe co kwikina amatavu+;
4 Maze Dawidi n’abantu bari kumwe na we bashira ijwi hejuru bararira+, gushika aho ata nkomezi zo kwongera kurira zisigara muri bo.