4 Nuko baha Yakobo imana z’inyamahanga+ zose bari bafise n’amahereni yari ku matwi yabo, maze Yakobo abinyegeza+ munsi y’igiti kinini cari hafi ya Shekemu.
21 Babaha rero igisagara c’ubuhungiro+ ku bw’uwishe umuntu+, ari co Shekemu+, n’itongo ry’uburagiriro ryaco+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu, na Gezeri+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho,