Yosuwa 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Aze ahungire+ muri kimwe muri ivyo bisagara, ahagarare ku bwinjiriro bw’irembo+ ry’igisagara maze avuge ivyiwe abagabo b’inararibonye b’ico gisagara bumva+; baze bamwakire mu gisagara aho bari, bamuhe aho kuba, abane na bo. Abacamanza 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ari mu nzira, afata umusore umwe wo mu bagabo b’i Sukoti+ hanyuma amubaza ibibazo+. Uno amwandikira rero amazina y’abaganwa+ ba Sukoti n’abagabo b’inararibonye baho, abagabo mirongo irindwi n’indwi.
4 Aze ahungire+ muri kimwe muri ivyo bisagara, ahagarare ku bwinjiriro bw’irembo+ ry’igisagara maze avuge ivyiwe abagabo b’inararibonye b’ico gisagara bumva+; baze bamwakire mu gisagara aho bari, bamuhe aho kuba, abane na bo.
14 Ari mu nzira, afata umusore umwe wo mu bagabo b’i Sukoti+ hanyuma amubaza ibibazo+. Uno amwandikira rero amazina y’abaganwa+ ba Sukoti n’abagabo b’inararibonye baho, abagabo mirongo irindwi n’indwi.