Itanguriro 30:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze Leya avuga ati: “Emwe, jewe Imana yangabiye ingabirano nziza. Noneho umugabo wanje azonyihanganira+, kuko namuvyariye abahungu batandatu+.” Amwita rero Zebuloni+. Yosuwa 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hanyuma ubupfindo+ bugira gatatu bugirirwa bene Zebuloni+, hakurikijwe imiryango yabo, urubibe rw’intoranwa yabo rukaba rwaragenda gushika i Saridi. Abacamanza 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Muri Efurayimu ni ho bamuka, abari mu kiyaya co hasi+,Bari kumwe nawe, ewe Benyamini, mu bisata vyawe vy’abantu.Muri Makiri+ ni ho abakomanda bamanutse bava,Muri Zebuloni na ho, abakoresha ibikoresho vy’umwanditsi+.
20 Maze Leya avuga ati: “Emwe, jewe Imana yangabiye ingabirano nziza. Noneho umugabo wanje azonyihanganira+, kuko namuvyariye abahungu batandatu+.” Amwita rero Zebuloni+.
10 Hanyuma ubupfindo+ bugira gatatu bugirirwa bene Zebuloni+, hakurikijwe imiryango yabo, urubibe rw’intoranwa yabo rukaba rwaragenda gushika i Saridi.
14 Muri Efurayimu ni ho bamuka, abari mu kiyaya co hasi+,Bari kumwe nawe, ewe Benyamini, mu bisata vyawe vy’abantu.Muri Makiri+ ni ho abakomanda bamanutse bava,Muri Zebuloni na ho, abakoresha ibikoresho vy’umwanditsi+.