Yosuwa 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yosuwa yari ashaje, yitereye mu myaka+. Nuko Yehova amubwira ati: “Washaje kandi witereye mu myaka, mugabo haracasigaye igice kinini cane c’igihugu co kwigarurirwa+. Yosuwa 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Iki ni co gihugu kigisigaye+: uturere twose tw’Abafilisitiya+ n’Abageshuri+ bose Abacamanza 14:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko se na nyina ntibari bazi ko ivyo vyari bivuye kuri Yehova+, ko yarondera akaryo ko gutera Abafilisitiya, kuko ico gihe nyene Abafilisitiya baganza Isirayeli+.
13 Yosuwa yari ashaje, yitereye mu myaka+. Nuko Yehova amubwira ati: “Washaje kandi witereye mu myaka, mugabo haracasigaye igice kinini cane c’igihugu co kwigarurirwa+.
4 Ariko se na nyina ntibari bazi ko ivyo vyari bivuye kuri Yehova+, ko yarondera akaryo ko gutera Abafilisitiya, kuko ico gihe nyene Abafilisitiya baganza Isirayeli+.