Abacamanza 17:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo asubiza nyina izo feza, maze nyina afata ibice amajana abiri vy’ifeza, abiha umucuzi w’ifeza+. Uno akora igishusho c’ikibazano+ n’igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe+; nuko biba mu nzu ya Mika. Abacamanza 18:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Inyuma y’ivyo, bene Dani bishingira igishusho c’ikibazano+; Yonatani+ mwene Gerishomu+, Gerishomu wa Musa, we n’abahungu biwe baba abaherezi b’umuryango w’Abadani gushika umusi ico gihugu cajanwa mu bunyagano+.
4 Mugabo asubiza nyina izo feza, maze nyina afata ibice amajana abiri vy’ifeza, abiha umucuzi w’ifeza+. Uno akora igishusho c’ikibazano+ n’igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe+; nuko biba mu nzu ya Mika.
30 Inyuma y’ivyo, bene Dani bishingira igishusho c’ikibazano+; Yonatani+ mwene Gerishomu+, Gerishomu wa Musa, we n’abahungu biwe baba abaherezi b’umuryango w’Abadani gushika umusi ico gihugu cajanwa mu bunyagano+.